10 Tofeti+, ahari mu mubande wa bene Hinomu+, ahagira ahatabereye ku bw’ugusenga, kugira ngo ntihagire uwucisha umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe mu muriro+ ku bwa Moleki+.
32 “‘Ku bw’ivyo, ehe imisi iraje,’ ni ko Yehova avuze, ‘aho bitazokwongera kuvugwa yuko ari Tofeti be n’umubande wa mwene Hinomu, mugabo umubande w’ubwicanyi+; kandi bazohamba koko i Tofeti ntihaboneke ikibanza gihagije+.
6 “‘“Ku bw’ivyo, ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “igihe aha hantu hatazokwongera kwitwa Tofeti+ be n’umubande wa mwene Hinomu+, mugabo hakitwa umubande w’ubwicanyi.