2 Abami 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Tofeti+, ahari mu mubande wa bene Hinomu+, ahagira ahatabereye ku bw’ugusenga, kugira ngo ntihagire uwucisha umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe mu muriro+ ku bwa Moleki+. Yeremiya 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ukwo ni ko nzosavya aba bantu n’iki gisagara, nk’uko umuntu asavya icombo c’umubumvyi ku buryo kidashobora kwongera gusanasanwa+; kandi bazohamba i Tofeti+ gushika aho hadasigara ahantu ho guhamba+.”’ Ezekiyeli 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nzoshira imivyimba ya bene Isirayeli imbere y’ibigirwamana vyabo vy’umwanda, nsanzaze amagufa yanyu irya n’ino y’ibicaniro vyanyu+.
10 Tofeti+, ahari mu mubande wa bene Hinomu+, ahagira ahatabereye ku bw’ugusenga, kugira ngo ntihagire uwucisha umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe mu muriro+ ku bwa Moleki+.
11 Maze ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ukwo ni ko nzosavya aba bantu n’iki gisagara, nk’uko umuntu asavya icombo c’umubumvyi ku buryo kidashobora kwongera gusanasanwa+; kandi bazohamba i Tofeti+ gushika aho hadasigara ahantu ho guhamba+.”’
5 Nzoshira imivyimba ya bene Isirayeli imbere y’ibigirwamana vyabo vy’umwanda, nsanzaze amagufa yanyu irya n’ino y’ibicaniro vyanyu+.