Yosuwa 23:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi nk’uko nyene ijambo ryiza ryose Yehova Imana yanyu yababwiye ryashitse kuri mwebwe+, ni ko Yehova azozana kuri mwebwe ijambo ribi ryose gushika abazimanganije kuri ubu butaka bwiza Yehova Imana yanyu yabahaye+, Yesaya 45:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uguhingura umuco+ n’ukurema umwiza+, ugushiraho amahoro+ n’ukurema ivyago+, jewe Yehova, ivyo ndabikora vyose+.
15 Kandi nk’uko nyene ijambo ryiza ryose Yehova Imana yanyu yababwiye ryashitse kuri mwebwe+, ni ko Yehova azozana kuri mwebwe ijambo ribi ryose gushika abazimanganije kuri ubu butaka bwiza Yehova Imana yanyu yabahaye+,
7 Uguhingura umuco+ n’ukurema umwiza+, ugushiraho amahoro+ n’ukurema ivyago+, jewe Yehova, ivyo ndabikora vyose+.