Umusiguzi 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ku musi mwiza nube umuntu ameze neza+, ku musi w’ivyago na ho ubone yuko Imana y’ukuri bino yabikoze neza na neza nk’ivyo bindi+, kugira ngo abantu ntibubure ikintu na kimwe mu nyuma zabo+. Yesaya 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nzomutuma kurwanya ihanga ry’irihuni+, kandi nzomuha itegeko ryo kurwanya igisata c’uburake bwanje+, kugira atware isahu ryinshi, atware n’iminyago myinshi, no kugira ahagire ahantu ho guhonyangwa nk’ibumba ryo mu mabarabara+. Yeremiya 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Igihe ico ari co cose novuga ku bijanye n’ihanga no ku bijanye n’ubwami kugira ndarirandure, ndarisiturire hasi, ndarihonye+, Amosi 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Iyo havugijwe inzamba mu gisagara, mbega abantu ntibaca bajugumira+? Iyo hashitse ivyago mu gisagara, mbega Yehova si we none aba akoze ikintu?
14 Ku musi mwiza nube umuntu ameze neza+, ku musi w’ivyago na ho ubone yuko Imana y’ukuri bino yabikoze neza na neza nk’ivyo bindi+, kugira ngo abantu ntibubure ikintu na kimwe mu nyuma zabo+.
6 Nzomutuma kurwanya ihanga ry’irihuni+, kandi nzomuha itegeko ryo kurwanya igisata c’uburake bwanje+, kugira atware isahu ryinshi, atware n’iminyago myinshi, no kugira ahagire ahantu ho guhonyangwa nk’ibumba ryo mu mabarabara+.
7 Igihe ico ari co cose novuga ku bijanye n’ihanga no ku bijanye n’ubwami kugira ndarirandure, ndarisiturire hasi, ndarihonye+,
6 Iyo havugijwe inzamba mu gisagara, mbega abantu ntibaca bajugumira+? Iyo hashitse ivyago mu gisagara, mbega Yehova si we none aba akoze ikintu?