ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nuko agucisha bugufi, arakureka urasonza+ araheza akugaburira manu*+, iyo wewe canke ba so wawe mutari mwaramenye. Yayikugaburiye kugira akumenyeshe yuko umuntu atabeshwaho n’umukate gusa, ahubwo ko abeshwaho n’ijambo ryose ry’akanwa ka Yehova+.

  • Yobu 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ariko amubwira ati: “Na wewe uvuga nk’umwe mu bagore b’imburabwenge+. None twakire ivyiza gusa ku Mana y’ukuri, ntitwakire n’ibibi na vyo+?” Muri ivyo vyose Yobu ntiyacumuye n’iminwa yiwe+.

  • Yesaya 45:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Uguhingura umuco+ n’ukurema umwiza+, ugushiraho amahoro+ n’ukurema ivyago+, jewe Yehova, ivyo ndabikora vyose+.

  • Abaroma 11:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Raba rero ubuntu+ n’ubuhambazi+ vy’Imana. Ku baguye ni ubuhambazi+, mugabo kuri wewe ni ubuntu bw’Imana, ukire gusa kuguma+ mu buntu bwayo; ahandiho, na wewe uzocacurwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika