Yeremiya 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “‘Ninimbura, nzobaherengeteza,’ ni ko Yehova avuze+. ‘Nta nzabibu zizoba zikiri ku muzabibu+, kandi nta nsukoni zizoba zikiri ku giti c’umusukoni, kandi urubabi ruzokabirana koko. Ibintu ndabaha bizobaca iruhande.’”
13 “‘Ninimbura, nzobaherengeteza,’ ni ko Yehova avuze+. ‘Nta nzabibu zizoba zikiri ku muzabibu+, kandi nta nsukoni zizoba zikiri ku giti c’umusukoni, kandi urubabi ruzokabirana koko. Ibintu ndabaha bizobaca iruhande.’”