Malaki 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Esawu+ na we naramwanse; kandi amaherezo imisozi yiwe nayihinduye igiharabuga+, intoranwa yiwe ndayiha imbwebwe zo mu gahinga+.”
3 Esawu+ na we naramwanse; kandi amaherezo imisozi yiwe nayihinduye igiharabuga+, intoranwa yiwe ndayiha imbwebwe zo mu gahinga+.”