Yesaya 52:1 Bibiliya y’isi nshasha 52 Vyuka, vyuka, ambara inkomezi zawe+, ewe Siyoni! Ambara impuzu zawe nziza+, ewe Yeruzalemu, gisagara ceranda+! Kuko uwutagenyerewe kandi ahumanye atazokwongera kuza iwawe+.
52 Vyuka, vyuka, ambara inkomezi zawe+, ewe Siyoni! Ambara impuzu zawe nziza+, ewe Yeruzalemu, gisagara ceranda+! Kuko uwutagenyerewe kandi ahumanye atazokwongera kuza iwawe+.