Abalewi 26:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi nzoshira amahoro mu gihugu+, namwe muzokwiryamira koko, ata n’umwe abajugumiza+; kandi nzoherengeteza mu gihugu ibikoko biryana+, kandi inkota ntizoca mu gihugu canyu+.
6 Kandi nzoshira amahoro mu gihugu+, namwe muzokwiryamira koko, ata n’umwe abajugumiza+; kandi nzoherengeteza mu gihugu ibikoko biryana+, kandi inkota ntizoca mu gihugu canyu+.