2 Ngoma 32:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mbega Hezekiya+ ntariko arabahendahenda+ kugira ngo abatange mwicwe n’ikigoyi n’inyota, mu kuvuga ngo: “Yehova Imana yacu ubwiwe azoturokora mu kiganza c’umwami wa Ashuri+”? Yesaya 37:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Mubwire Hezekiya umwami wa Yuda muti: ‘Imana wizigira ntiguhende+, mu kuvuga ngo: “Yeruzalemu ntizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.”
11 Mbega Hezekiya+ ntariko arabahendahenda+ kugira ngo abatange mwicwe n’ikigoyi n’inyota, mu kuvuga ngo: “Yehova Imana yacu ubwiwe azoturokora mu kiganza c’umwami wa Ashuri+”?
10 “Mubwire Hezekiya umwami wa Yuda muti: ‘Imana wizigira ntiguhende+, mu kuvuga ngo: “Yeruzalemu ntizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.”