1 Abami 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yuda na Isirayeli bari benshi, mu bwinshi ari nk’udutete tw’umusenyi turi iruhande y’ikiyaga+; bararya, bakanywa bakanezerwa+. Mika 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Emwe, bazokwicara umwe wese munsi y’umuzabibu wiwe no munsi y’igiti ciwe c’umusukoni+, kandi nta n’umwe azobajugumiza+; kuko akanwa nyene ka Yehova nyen’ingabo* kabivuze+. Zakariya 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Kuri uwo musi,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, ‘muzohamagarana muri munsi y’umuzabibu no munsi y’igiti c’umusukoni+.’”
20 Yuda na Isirayeli bari benshi, mu bwinshi ari nk’udutete tw’umusenyi turi iruhande y’ikiyaga+; bararya, bakanywa bakanezerwa+.
4 Emwe, bazokwicara umwe wese munsi y’umuzabibu wiwe no munsi y’igiti ciwe c’umusukoni+, kandi nta n’umwe azobajugumiza+; kuko akanwa nyene ka Yehova nyen’ingabo* kabivuze+.
10 “‘Kuri uwo musi,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, ‘muzohamagarana muri munsi y’umuzabibu no munsi y’igiti c’umusukoni+.’”