2 Abami 18:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mu mana zose z’ibihugu, ni izihe zarokoye ibihugu vyazo mu kuboko kwanje+, ku buryo Yehova yorokora Yeruzalemu mu kuboko kwanje+?”’” Yesaya 36:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Rabushake ababwira rero ati: “Ndabinginze mubwire Hezekiya muti: ‘Ibi ni vyo umwami ahambaye+, umwami wa Ashuri+, avuze: “Ico cizigiro wizigiye ni nyabaki+? Yesaya 36:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mu mana zose z’ibi bihugu, ni izihe zarokoye ibihugu vyazo mu kuboko kwanje+, ku buryo Yehova yorokora Yeruzalemu mu kuboko kwanje+?”’” Nahumu 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ni ibiki muzokwiyumvira kugirira Yehova+? Aratikiza ntihagire igisigara. Amarushwa ntazoza ubugira kabiri+.
35 Mu mana zose z’ibihugu, ni izihe zarokoye ibihugu vyazo mu kuboko kwanje+, ku buryo Yehova yorokora Yeruzalemu mu kuboko kwanje+?”’”
4 Rabushake ababwira rero ati: “Ndabinginze mubwire Hezekiya muti: ‘Ibi ni vyo umwami ahambaye+, umwami wa Ashuri+, avuze: “Ico cizigiro wizigiye ni nyabaki+?
20 Mu mana zose z’ibi bihugu, ni izihe zarokoye ibihugu vyazo mu kuboko kwanje+, ku buryo Yehova yorokora Yeruzalemu mu kuboko kwanje+?”’”
9 Ni ibiki muzokwiyumvira kugirira Yehova+? Aratikiza ntihagire igisigara. Amarushwa ntazoza ubugira kabiri+.