Yesaya 51:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Nimunyumvirize, mwebwe abazi ubugororotsi, itegeko ryanje rikaba riri mu mutima wanyu+. Ntimutinye iceyi c’abantu buntu, kandi ntimucike ivutu kubera gusa amajambo yabo y’ibitutsi+. Yohani 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Ntutinye, mukobwa wa Siyoni. Raba! Umwami wawe araje+, yicaye ku mwana w’indogobwa+.” Abafilipi 1:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 mudaterwa ubwoba mu buryo na bumwe n’ababarwanya+. Ico nyene ni ikimenyamenya c’ugutikira kuri bo, mugabo kikaba ic’ubukiriro kuri mwebwe+; kandi ico kimenyamenya kiva ku Mana, 1 Petero 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo naho mwobabara muhorwa ubugororotsi, muba muhiriwe+. Ariko kirya batinya mwebwe ntimugitinye+, eka kandi ntimuhagarike umutima+.
7 “Nimunyumvirize, mwebwe abazi ubugororotsi, itegeko ryanje rikaba riri mu mutima wanyu+. Ntimutinye iceyi c’abantu buntu, kandi ntimucike ivutu kubera gusa amajambo yabo y’ibitutsi+.
28 mudaterwa ubwoba mu buryo na bumwe n’ababarwanya+. Ico nyene ni ikimenyamenya c’ugutikira kuri bo, mugabo kikaba ic’ubukiriro kuri mwebwe+; kandi ico kimenyamenya kiva ku Mana,
14 Mugabo naho mwobabara muhorwa ubugororotsi, muba muhiriwe+. Ariko kirya batinya mwebwe ntimugitinye+, eka kandi ntimuhagarike umutima+.