Abacamanza 17:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo asubiza nyina izo feza, maze nyina afata ibice amajana abiri vy’ifeza, abiha umucuzi w’ifeza+. Uno akora igishusho c’ikibazano+ n’igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe+; nuko biba mu nzu ya Mika. Yeremiya 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umuntu akigira ciza akoresheje ifeza n’inzahabu+. Babigumisha imisumari n’inyundo, kugira ntihagire na kimwe kizungazunga+.
4 Mugabo asubiza nyina izo feza, maze nyina afata ibice amajana abiri vy’ifeza, abiha umucuzi w’ifeza+. Uno akora igishusho c’ikibazano+ n’igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe+; nuko biba mu nzu ya Mika.
4 Umuntu akigira ciza akoresheje ifeza n’inzahabu+. Babigumisha imisumari n’inyundo, kugira ntihagire na kimwe kizungazunga+.