Yesaya 40:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Amahanga yose, imbere yiwe ni nk’ikintu kitariho+; kuri we afatwa nk’ubusa, nk’ikintu kitabaho+. Yesaya 60:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko ihanga ryose n’ubwami bwose bitazogukorera bizoyogera; kandi amahanga ntazobura gutikira+.