Zaburi 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nimusome wa mwana+, Imana ntirurumbe ishavuKandi ntimuyogere ngo muve mu nzira+,Kuko ishavu ryiwe rirurumba bitagoranye+.Hahiriwe abo bose bahungira muri we+. Yesaya 41:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Raba! Abakurungurira bose bazomaramara, bateterwe+. Abagutonganya bazocika nk’ubusa, bayogere+. Daniyeli 2:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 “Mu misi y’abo bami+, Imana yo mw’ijuru+ izoshinga ubwami+ butazokwigera busenyurwa+. Kandi ubwo bwami ntibuzohabwa ikindi gisata c’abantu+. Buzojanjagura ubwo bwami bwose bubuherengeteze+, yamara bwobwo buzohangama gushika ibihe bitagira urugero+, Luka 19:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Vyongeye, abo bansi banje batashatse yuko ndababera umwami nimubazane ng’aha mubicire imbere yanje+.’ ” Ivyahishuwe 2:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 nk’uko nanje nabuhawe na Data, kandi azoragiza abantu inkoni y’icuma+ ku buryo bazomenagurwa nk’ivyombo vy’ibumba+,
12 Nimusome wa mwana+, Imana ntirurumbe ishavuKandi ntimuyogere ngo muve mu nzira+,Kuko ishavu ryiwe rirurumba bitagoranye+.Hahiriwe abo bose bahungira muri we+.
44 “Mu misi y’abo bami+, Imana yo mw’ijuru+ izoshinga ubwami+ butazokwigera busenyurwa+. Kandi ubwo bwami ntibuzohabwa ikindi gisata c’abantu+. Buzojanjagura ubwo bwami bwose bubuherengeteze+, yamara bwobwo buzohangama gushika ibihe bitagira urugero+,
27 Vyongeye, abo bansi banje batashatse yuko ndababera umwami nimubazane ng’aha mubicire imbere yanje+.’ ”
27 nk’uko nanje nabuhawe na Data, kandi azoragiza abantu inkoni y’icuma+ ku buryo bazomenagurwa nk’ivyombo vy’ibumba+,