Zaburi 39:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Raba! Imisi yanje wayigize imparurwa+;Ikiringo ubuzima bwanje bumara ni nk’ubusa imbere yawe+.Ni ukuri, umuntu wese yakuwe mw’ivu naho ahagarara ashikamye, nta kindi ari atari impemu zisohotse+. Sela. Zaburi 62:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Koko, abana b’umuntu yakuwe mw’ivu ni impemu zisohotse+,Abana b’abantu ni uruhendo+.Iyo bashizwe ku munzane, bose hamwe bahwahutse kuruta impemu zisohotse+. Daniyeli 4:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ababa kw’isi bose babonwa nk’ubusa gusa+, kandi akora uko yigombera mu ngabo zo mu majuru no mu baba kw’isi+. Kandi nta n’umwe ariho yotangira ukuboko kwiwe+, canke yomubwira ngo: ‘Wakoze iki+?’
5 Raba! Imisi yanje wayigize imparurwa+;Ikiringo ubuzima bwanje bumara ni nk’ubusa imbere yawe+.Ni ukuri, umuntu wese yakuwe mw’ivu naho ahagarara ashikamye, nta kindi ari atari impemu zisohotse+. Sela.
9 Koko, abana b’umuntu yakuwe mw’ivu ni impemu zisohotse+,Abana b’abantu ni uruhendo+.Iyo bashizwe ku munzane, bose hamwe bahwahutse kuruta impemu zisohotse+.
35 Ababa kw’isi bose babonwa nk’ubusa gusa+, kandi akora uko yigombera mu ngabo zo mu majuru no mu baba kw’isi+. Kandi nta n’umwe ariho yotangira ukuboko kwiwe+, canke yomubwira ngo: ‘Wakoze iki+?’