Zaburi 87:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova akunda amarembo ya Siyoni+Kuruta amataberenakulo yose ya Yakobo+. Yesaya 32:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi abantu banje bazokwibera ahantu h’amahoro no mu bigo bitekanye rwose n’ahantu h’ukuruhukira hatagira inkomanzi+. Yesaya 33:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Itegereze Siyoni+, ca gisagara c’ibihe vyacu vy’imisi mikuru+! Amaso yawe azokwibonera Yeruzalemu ahantu ho kuba hatagira inkomanzi, ihema ata n’umwe azotekera+. Imambo zaryo ntizizokwigera zirandurwa, kandi nta n’umwe mu migozi yaryo uzocibwa+. Yesaya 37:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 ‘Nzorwanira koko+ iki gisagara kugira ngo ndagikize ku bwanje+ no ku bwa Dawidi umusavyi wanje+.’”
18 Kandi abantu banje bazokwibera ahantu h’amahoro no mu bigo bitekanye rwose n’ahantu h’ukuruhukira hatagira inkomanzi+.
20 Itegereze Siyoni+, ca gisagara c’ibihe vyacu vy’imisi mikuru+! Amaso yawe azokwibonera Yeruzalemu ahantu ho kuba hatagira inkomanzi, ihema ata n’umwe azotekera+. Imambo zaryo ntizizokwigera zirandurwa, kandi nta n’umwe mu migozi yaryo uzocibwa+.
35 ‘Nzorwanira koko+ iki gisagara kugira ngo ndagikize ku bwanje+ no ku bwa Dawidi umusavyi wanje+.’”