Zaburi 72:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Naburanire abantu bawe yisunze ubugororotsi+,N’abarushwa bawe yisunze ingingo y’ubutungane+. Yesaya 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kandi umunezero wiwe uzoba mu gutinya Yehova+. Kandi ntazoca urubanza afatiye ku bipfa kubonekera amaso yiwe, canke ngo akangire yisunze gusa ivyo amatwi yiwe yumvise+. Matayo 12:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ntazojanjagura irenga rimenetse, kandi ntazozimya urutambi ruyenga+, kugeza ashikanye ubutungane+ ku ntsinzi. Yohani 5:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Sinshobora gukora ikintu na kimwe ndavyigeneye; nk’uko numva, ni ko nca urubanza; kandi urubanza nca ruragororotse+, kubera ko ntarondera ukugomba kwanje, ahubwo ndondera ukugomba+ kw’uwandungitse. Ivyahishuwe 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Hanyuma mbona ijuru ryuguruye, maze mbona ifarasi yera+. Kandi uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa+ na Munyakuri+, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi+.
3 kandi umunezero wiwe uzoba mu gutinya Yehova+. Kandi ntazoca urubanza afatiye ku bipfa kubonekera amaso yiwe, canke ngo akangire yisunze gusa ivyo amatwi yiwe yumvise+.
20 Ntazojanjagura irenga rimenetse, kandi ntazozimya urutambi ruyenga+, kugeza ashikanye ubutungane+ ku ntsinzi.
30 Sinshobora gukora ikintu na kimwe ndavyigeneye; nk’uko numva, ni ko nca urubanza; kandi urubanza nca ruragororotse+, kubera ko ntarondera ukugomba kwanje, ahubwo ndondera ukugomba+ kw’uwandungitse.
11 Hanyuma mbona ijuru ryuguruye, maze mbona ifarasi yera+. Kandi uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa+ na Munyakuri+, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi+.