1 Abami 3:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nuko Isirayeli yose yumva iyo ngingo y’ubutungane+ umwami yari yashikirije; maze baratinya kubera umwami+, kuko babona yuko ubukerebutsi+ bw’Imana bwari muri we, kugira ashitse ingingo y’ubutungane. Yohani 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Reka guca urubanza mufatiye ku biboneka inyuma, ahubwo ba muca urubanza rugororotse+.” Yohani 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yamara ndamutse nciye urubanza, urubanza rwanje ruba ari urw’ukuri, kuko ntari jenyene, mugabo Data yandungitse ari kumwe nanje+.
28 Nuko Isirayeli yose yumva iyo ngingo y’ubutungane+ umwami yari yashikirije; maze baratinya kubera umwami+, kuko babona yuko ubukerebutsi+ bw’Imana bwari muri we, kugira ashitse ingingo y’ubutungane.
16 Yamara ndamutse nciye urubanza, urubanza rwanje ruba ari urw’ukuri, kuko ntari jenyene, mugabo Data yandungitse ari kumwe nanje+.