ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Ico gihe nyene ntegeka abacamanza banyu nti: ‘Igihe mwumviriza urubanza hagati ya bene wanyu, mutegerezwa guca urubanza mu bugororotsi+ hagati y’umuntu na mwene wabo, canke kavamahanga wiwe+.

  • Imigani 24:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 N’aya majambo nyene ni ayagenewe abantu b’inkerebutsi+: Kugira nkunzi mu rubanza si vyiza+.

  • Yesaya 11:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 kandi umunezero wiwe uzoba mu gutinya Yehova+.

      Kandi ntazoca urubanza afatiye ku bipfa kubonekera amaso yiwe, canke ngo akangire yisunze gusa ivyo amatwi yiwe yumvise+.

  • Matayo 23:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “Muragowe, mwa banditsi n’Abafarizayo, mwa biyorobetsi mwe! kuko mutanga ic’icumi+ ca menta na aneto na kumino*, mugabo mwirengagije ibihambaye kuruta vyo mw’Itegeko, ari vyo butungane+ n’imbabazi+ n’ubwizigirwa+. Ivyo vyategerezwa gukorwa, hatirengagijwe birya bindi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika