ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 3:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Nuko Isirayeli yose yumva iyo ngingo y’ubutungane+ umwami yari yashikirije; maze baratinya kubera umwami+, kuko babona yuko ubukerebutsi+ bw’Imana bwari muri we, kugira ashitse ingingo y’ubutungane.

  • Ezira 7:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 “Nawe Ezira, wisunze ubukerebutsi+ bw’Imana yawe buri mu kuboko kwawe, nugene ibisongerezi vy’abacamanza n’abacamanza kugira ngo bagume bacira imanza+ abantu bose bari hakurya ya rwa Ruzi, egome, abazi amategeko y’Imana yawe bose; kandi uwutayazi wese muze muyamwigishe+.

  • Zaburi 107:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Ni nde ari inkerebutsi? Azokwitegereza ivyo bintu+

      Yongere yiteho ibikorwa vy’ubuntu bwuzuye urukundo vya Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika