Imigani 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 ni ho uzotahura ugutinya+ Yehova, kandi uzoronka ukumenya Imana+. Imigani 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse. Abaheburayo 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu misi y’umubiri wiwe Kristu yashikaniye ugutakamba n’ugusaba+ Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu, hariko n’amaborogo akomeye+ be n’amosozi, kandi yarumviwe ku bw’ugutinya Imana kwiwe+.
13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse.
7 Mu misi y’umubiri wiwe Kristu yashikaniye ugutakamba n’ugusaba+ Umwe yari ashoboye kumukiza urupfu, hariko n’amaborogo akomeye+ be n’amosozi, kandi yarumviwe ku bw’ugutinya Imana kwiwe+.