Yeremiya 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ni ikintu ikihe c’akarenganyo ba so basanze muri jewe+, ku buryo bigira kure yanje+, bakaguma bakurikira ca kigirwamana c’imburakimazi+, na bo ubwabo bagacika imburakimazi+? Mika 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimwumve, yemwe misozi, imburano za Yehova, namwe bintu biramba, mwebwe mishinge y’isi+; kuko Yehova afitaniye imburano n’abantu biwe, azoburana na Isirayeli+:
5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ni ikintu ikihe c’akarenganyo ba so basanze muri jewe+, ku buryo bigira kure yanje+, bakaguma bakurikira ca kigirwamana c’imburakimazi+, na bo ubwabo bagacika imburakimazi+?
2 Nimwumve, yemwe misozi, imburano za Yehova, namwe bintu biramba, mwebwe mishinge y’isi+; kuko Yehova afitaniye imburano n’abantu biwe, azoburana na Isirayeli+: