Yesaya 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abandanya kuvuga ati: “Genda, ubwire aba bantu uti: ‘Nimwumve yemwe incuro n’izindi, ariko ntimutegere; kandi mubone incuro n’izindi, ariko ntihagire ico mumenya+.’ Yesaya 42:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nimwumve, yemwe bipfamatwi; nimwitegereze mubone, yemwe mpumyi+.
9 Abandanya kuvuga ati: “Genda, ubwire aba bantu uti: ‘Nimwumve yemwe incuro n’izindi, ariko ntimutegere; kandi mubone incuro n’izindi, ariko ntihagire ico mumenya+.’