Yesaya 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umutima w’aba bantu nuwudadaze+, amatwi yabo uyakomantaze+, umatanye amaso yabo, kugira ntibaboneshe amaso yabo, n’amatwi yabo ntibayumvishe, no kugira ngo umutima wabo ntutegere, no kugira ntibahindukire koko ngo bakizwe+.” Yesaya 29:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi kuri uwo musi ibipfamatwi ntibizobura kwumva amajambo y’igitabu+, kandi mu muzimagiza no mu mwiza amaso y’impumyi azobona+. Yesaya 43:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Nimuzane igisata gihumye, naho gifise amaso, n’ibipfamatwi, naho bifise amatwi+.
10 Umutima w’aba bantu nuwudadaze+, amatwi yabo uyakomantaze+, umatanye amaso yabo, kugira ntibaboneshe amaso yabo, n’amatwi yabo ntibayumvishe, no kugira ngo umutima wabo ntutegere, no kugira ntibahindukire koko ngo bakizwe+.”
18 Kandi kuri uwo musi ibipfamatwi ntibizobura kwumva amajambo y’igitabu+, kandi mu muzimagiza no mu mwiza amaso y’impumyi azobona+.