Yesaya 44:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ntibamenye+, eka ntibategera+, kuko amaso yabo yasîzweko ibintu ngo ntabone+, n’umutima wabo ngo ntugire ugutahura kwimbitse+. Yeremiya 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Nimwumve rero ibi, yemwe bantu batagira ubukerebutsi, batagira umutima+: Bafise amaso, mugabo ntibashobora kubona+; bafise amatwi, mugabo ntibashobora kwumva+. Matayo 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kandi ubuhanuzi bwa Yesaya buriko burabarangukirako, ubuvuga buti: ‘Kwumva muzokwumva, mugabo ntimuzogenda mutegereye insobanuro; kandi kuraba muzoraba, mugabo ntimuzogenda mubonye+. Luka 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Avuga ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda y’ubwami bw’Imana, mugabo ku bandi ni mu bigereranyo+, kugira ngo naho baraba, barabire ubusa, kandi naho bumva, ntibatahure insobanuro+. Ivyakozwe 28:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 iti: ‘Genda kuri aba bantu uvuge uti: “Kwumva muzokwumva, mugabo ntimuzogenda mutegereye; kandi kuraba muzoraba, mugabo ntimuzogenda mubonye+.
18 Ntibamenye+, eka ntibategera+, kuko amaso yabo yasîzweko ibintu ngo ntabone+, n’umutima wabo ngo ntugire ugutahura kwimbitse+.
21 “Nimwumve rero ibi, yemwe bantu batagira ubukerebutsi, batagira umutima+: Bafise amaso, mugabo ntibashobora kubona+; bafise amatwi, mugabo ntibashobora kwumva+.
14 kandi ubuhanuzi bwa Yesaya buriko burabarangukirako, ubuvuga buti: ‘Kwumva muzokwumva, mugabo ntimuzogenda mutegereye insobanuro; kandi kuraba muzoraba, mugabo ntimuzogenda mubonye+.
10 Avuga ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda y’ubwami bw’Imana, mugabo ku bandi ni mu bigereranyo+, kugira ngo naho baraba, barabire ubusa, kandi naho bumva, ntibatahure insobanuro+.
26 iti: ‘Genda kuri aba bantu uvuge uti: “Kwumva muzokwumva, mugabo ntimuzogenda mutegereye; kandi kuraba muzoraba, mugabo ntimuzogenda mubonye+.