Yesaya 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abandanya kuvuga ati: “Genda, ubwire aba bantu uti: ‘Nimwumve yemwe incuro n’izindi, ariko ntimutegere; kandi mubone incuro n’izindi, ariko ntihagire ico mumenya+.’ Yeremiya 5:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Vy’ukuri, abahanuzi bavuga ubuhanuzi mu kinyoma+; nayo abaherezi, bakandamiza abantu bisunze ububasha bwabo+. Kandi abantu banje bakunze ko biba gutyo+; none muzogira mute kw’iherezo ryavyo+?” Ezekiyeli 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Mwana w’umuntu, uba hagati mu nzu y’ingarariji+, mu bafise amaso yo kubona mugabo bakaba vy’ukuri batabona+, bafise amatwi yo kwumva mugabo bakaba vy’ukuri batumva+, kuko ari inzu y’ingarariji+. Abaroma 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 nk’uko vyanditswe ngo: “Imana yabahaye impwemu y’itiro rirerire+, ibaha amaso kugira ntibabone, n’amatwi kugira ntibumve, gushika n’uyu musi+.”
9 Abandanya kuvuga ati: “Genda, ubwire aba bantu uti: ‘Nimwumve yemwe incuro n’izindi, ariko ntimutegere; kandi mubone incuro n’izindi, ariko ntihagire ico mumenya+.’
31 Vy’ukuri, abahanuzi bavuga ubuhanuzi mu kinyoma+; nayo abaherezi, bakandamiza abantu bisunze ububasha bwabo+. Kandi abantu banje bakunze ko biba gutyo+; none muzogira mute kw’iherezo ryavyo+?”
2 “Mwana w’umuntu, uba hagati mu nzu y’ingarariji+, mu bafise amaso yo kubona mugabo bakaba vy’ukuri batabona+, bafise amatwi yo kwumva mugabo bakaba vy’ukuri batumva+, kuko ari inzu y’ingarariji+.
8 nk’uko vyanditswe ngo: “Imana yabahaye impwemu y’itiro rirerire+, ibaha amaso kugira ntibabone, n’amatwi kugira ntibumve, gushika n’uyu musi+.”