Ezekiyeli 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hanyuma ambwira ati: “Mwana w’umuntu, ndagutumye kuri bene Isirayeli+, ku mahanga y’amagarariji yangararije+. Bo ubwabo be na ba sekuruza babo barangabitanijeko gushika n’uyu musi nyene+. Ezekiyeli 3:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ururimi rwawe nzorumatanya n’amagage y’akanwa kawe+, kandi ntuzobura gucika ikiragi+, kandi ntuzobabera uwutanga igikangiro+, kuko ari inzu y’ingarariji+.
3 Hanyuma ambwira ati: “Mwana w’umuntu, ndagutumye kuri bene Isirayeli+, ku mahanga y’amagarariji yangararije+. Bo ubwabo be na ba sekuruza babo barangabitanijeko gushika n’uyu musi nyene+.
26 Ururimi rwawe nzorumatanya n’amagage y’akanwa kawe+, kandi ntuzobura gucika ikiragi+, kandi ntuzobabera uwutanga igikangiro+, kuko ari inzu y’ingarariji+.