Yesaya 44:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ni nde ameze nkanje+? Nasemerere, kugira abihishure, abinshikirize+. Kuva igihe nagena abantu bo mu gihe ca kera+, ibigira bize be n’ibizoshika nibabihishure bo ubwabo. Yesaya 46:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’;
7 Ni nde ameze nkanje+? Nasemerere, kugira abihishure, abinshikirize+. Kuva igihe nagena abantu bo mu gihe ca kera+, ibigira bize be n’ibizoshika nibabihishure bo ubwabo.
10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’;