Yesaya 40:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubuninahazwa bwa Yehova ntibuzobura guhishurwa+, kandi ibiri n’umubiri vyose bizobibonera hamwe+, kuko akanwa nyene ka Yehova ari ko kabivuze+.” Luka 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kandi ibiri n’umubiri vyose bizobona uburyo Imana ikirisha+.’ ”
5 Ubuninahazwa bwa Yehova ntibuzobura guhishurwa+, kandi ibiri n’umubiri vyose bizobibonera hamwe+, kuko akanwa nyene ka Yehova ari ko kabivuze+.”