Zaburi 98:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova yamenyesheje ubukiriro bwiwe+;Yahishuye ubugororotsi bwiwe mu maso y’amahanga+. Yesaya 40:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubuninahazwa bwa Yehova ntibuzobura guhishurwa+, kandi ibiri n’umubiri vyose bizobibonera hamwe+, kuko akanwa nyene ka Yehova ari ko kabivuze+.” Yesaya 52:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yehova yapfukuye ukuboko kwiwe kweranda mu maso y’amahanga yose+; kandi impera zose z’isi zitegerezwa kubona ubukiriro bw’Imana yacu+. Luka 2:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 kuko amaso yanje abonye uburyo bwawe bwo gukiza+ Ivyakozwe 28:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nimumenye rero yuko ubwo buryo Imana ikirisha bwarungitswe ku mahanga+; bo ntibazobura kubwumviriza+.”
5 Ubuninahazwa bwa Yehova ntibuzobura guhishurwa+, kandi ibiri n’umubiri vyose bizobibonera hamwe+, kuko akanwa nyene ka Yehova ari ko kabivuze+.”
10 Yehova yapfukuye ukuboko kwiwe kweranda mu maso y’amahanga yose+; kandi impera zose z’isi zitegerezwa kubona ubukiriro bw’Imana yacu+.
28 Nimumenye rero yuko ubwo buryo Imana ikirisha bwarungitswe ku mahanga+; bo ntibazobura kubwumviriza+.”