Zaburi 67:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kugira ngo inzira yawe imenyekane mw’isi+,Ubukiriro bwawe bumenyekane no mu mahanga yose+. Zaburi 98:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yibutse ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe n’ubwizigirwa bwiwe ku bw’inzu ya Isirayeli+.Impera zose z’isi zibonye ubukiriro Imana yacu itanga+. Yesaya 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi+: hazoba umuzi wa Yese+ uzohagarara nk’ikimenyetso ku bisata vy’abantu+. Ni we amahanga azokwitura ngo amusiguze+, kandi ahantu hiwe h’ukuruhukira hazotegerezwa gucika ahaninahaye+.
3 Yibutse ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe n’ubwizigirwa bwiwe ku bw’inzu ya Isirayeli+.Impera zose z’isi zibonye ubukiriro Imana yacu itanga+.
10 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi+: hazoba umuzi wa Yese+ uzohagarara nk’ikimenyetso ku bisata vy’abantu+. Ni we amahanga azokwitura ngo amusiguze+, kandi ahantu hiwe h’ukuruhukira hazotegerezwa gucika ahaninahaye+.