Yesaya 36:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Imana za Hamati+ na Arupadi+ ziri hehe? Imana za Sefaruvayimu+ ziri hehe? Zoba zararokoye Samariya mu kuboko kwanje+? Yesaya 37:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Maze igihe yariko arunama mu nzu ya Nisiroki+ imana yiwe+, Adarameleki na Shareseri, abahungu biwe, bamwicisha inkota+ hanyuma bahungira mu gihugu ca Ararati+. Nuko Esari-hadoni+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe. Yesaya 45:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Nimutororokane muze+. Nimwegere muri kumwe, yemwe abacitse kw’icumu mu mahanga+! Abikorera igiti c’igishusho cabo c’ikibazano nta bumenyi bashitseko, eka n’abasenga imana idashobora gukiza ni ukwo+. Yesaya 46:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bayitwara ku rutugu+, bakayikorera bakayitereka mu kibanza cayo ngo ihagarare idakakaza+. Ntiva aho ihagaze. Umuntu mbere arasemerera ayibwira, mugabo ntiyishura; ntikiza umuntu amarushwa yiwe+.
19 Imana za Hamati+ na Arupadi+ ziri hehe? Imana za Sefaruvayimu+ ziri hehe? Zoba zararokoye Samariya mu kuboko kwanje+?
38 Maze igihe yariko arunama mu nzu ya Nisiroki+ imana yiwe+, Adarameleki na Shareseri, abahungu biwe, bamwicisha inkota+ hanyuma bahungira mu gihugu ca Ararati+. Nuko Esari-hadoni+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
20 “Nimutororokane muze+. Nimwegere muri kumwe, yemwe abacitse kw’icumu mu mahanga+! Abikorera igiti c’igishusho cabo c’ikibazano nta bumenyi bashitseko, eka n’abasenga imana idashobora gukiza ni ukwo+.
7 Bayitwara ku rutugu+, bakayikorera bakayitereka mu kibanza cayo ngo ihagarare idakakaza+. Ntiva aho ihagaze. Umuntu mbere arasemerera ayibwira, mugabo ntiyishura; ntikiza umuntu amarushwa yiwe+.