ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 36:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 kugira ngo ashitse ijambo rya Yehova ryavuzwe n’akanwa ka Yeremiya+, gushika igihugu cishuye amasabato yaco+. Imisi yose camaze ari umusaka, carubahiriza isabato, kugira gishitse imyaka mirongo irindwi+.

  • Yesaya 27:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko igisagara gikingijwe ibihome kizoba inyakamwe, itongo ry’uburagiriro rigatabwa, rigahebwa nk’agahinga+. Aho ni ho inyana izorisha, kandi ni ho izoryama; kandi azoyigiza koko amashami yiwe+.

  • Amosi 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ku bw’ivyo rero, ko mwaka umuntu mutoyi indishi yo gukōta umurima, mukaguma mumutwara intete bwa kibuguro+, mwariyubakiye amazu y’amabuye abajwe+, mugabo ntimuzoguma muyabamwo; mwaritereye imirima myizamyiza y’imizabibu, mugabo ntimuzoguma munywa umuvinyu wayo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika