Zaburi 72:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Azomanuka nk’imvura ku vyatsi bitemwe+,Nk’imicuncubuko y’imvura itotesha isi+. Ezekiyeli 34:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Zo hamwe n’ibikikije umurambi wanje nzobigira umuhezagiro+, kandi nzomanura imvura icuncubuka, ize mu gihe cayo. Hazoba imvura icuncubuka y’umuhezagiro+.
26 Zo hamwe n’ibikikije umurambi wanje nzobigira umuhezagiro+, kandi nzomanura imvura icuncubuka, ize mu gihe cayo. Hazoba imvura icuncubuka y’umuhezagiro+.