ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 56:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 nzobazana rero ku musozi wanje mweranda+, ndabanezereze mu nzu yanje yo gusengeramwo+. Amashikanwa yabo aturirwa uko yakabaye+ be n’ibimazi+ vyabo bizoba ivyo kwemerwa ku gicaniro canje+. Kuko inzu yanje izokwitwa inzu yo gusengeramwo ku bisata vy’abantu vyose+.”

  • Ezekiyeli 20:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 “‘Kuko ku musozi wanje mweranda, ku musozi w’ahakirurutse wa Isirayeli+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘ari ho ab’inzu ya Isirayeli yose uko ingana bazonkorera, mu gihugu+. Aho ni ho nzohimbarwa na bo, kandi ni ho nzosabira intererano zanyu n’umushuzo w’ivyo mushikana mu bintu vyanyu vyeranda vyose+.

  • Mika 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ibi ni vyo bizotegerezwa kuba mu kiringo ca nyuma c’imisi+: umusozi+ w’inzu+ ya Yehova uzoshimangirwa hejuru y’isonga ry’imisozi, emwe, uduzwe hejuru y’imirambi+; kandi ibisata vy’abantu bizorindiga koko bija kuri wo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika