Yesaya 46:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’; Yeremiya 33:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ati: ‘Mpamagara, nanje ndakwitaba+, ndakubwire n’umutima ukunze ibintu bihambaye kandi bidatahurika utari uzi+.’”
10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’;
3 ati: ‘Mpamagara, nanje ndakwitaba+, ndakubwire n’umutima ukunze ibintu bihambaye kandi bidatahurika utari uzi+.’”