Zaburi 25:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubugenzi somambike na Yehova ni ubw’abamutinya+,Mbere n’isezerano ryiwe, kugira aribamenyeshe+. Yesaya 48:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Warumvise+. Vyitegereze vyose+. Nayo mwebwe, mbega ntimuzobihishura+? Ndakwumvishije ibintu bishasha guhera ubu, mbere ibintu vyabitswe utamenye+. Amosi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Umukama Segaba Yehova ata co azokora adahishuriye akabanga kiwe abasavyi biwe b’abahanuzi+.
6 Warumvise+. Vyitegereze vyose+. Nayo mwebwe, mbega ntimuzobihishura+? Ndakwumvishije ibintu bishasha guhera ubu, mbere ibintu vyabitswe utamenye+.