-
Esiteri 8:17Bibiliya y’isi nshasha
-
-
17 Kandi mu ntara z’ubutware zitandukanye zose no mu bisagara bitandukanye vyose, ahantu hose ijambo ry’umwami n’itegeko ryiwe vyashika, haba umunezero n’umwigino ku Bayuda, inzimano+ n’umusi mwiza; kandi vyinshi mu bisata vy’abantu+ vy’ico gihugu vyariko vyiyita Abayuda+, kuko bari basigaye bafitiye ubwoba+ Abayuda.
-