Zaburi 76:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Abari n’umutima urinduka banyazwe+,Bahunyije batwarwa n’itiro+,Kandi mu bagabo b’intwari bose nta n’umwe yaronse inguvu zo kunana+. Yesaya 48:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kubera ko nari nzi ko ugoye+ be n’uko izosi ryawe ari umutsi w’icuma+, kandi ko uruhanga rwawe ari umujumpu+, Ivyakozwe 7:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.
5 Abari n’umutima urinduka banyazwe+,Bahunyije batwarwa n’itiro+,Kandi mu bagabo b’intwari bose nta n’umwe yaronse inguvu zo kunana+.
4 Kubera ko nari nzi ko ugoye+ be n’uko izosi ryawe ari umutsi w’icuma+, kandi ko uruhanga rwawe ari umujumpu+,
51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.