Yesaya 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Babiloni, ca kirezi c’ubwami+, bwa bwiza bw’ubwishime bw’Abakaludaya+, itegerezwa gucika nka ca gihe Imana yatembagaza Sodomu na Gomora+. Yesaya 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 uzoshira hejuru iyi mvugo y’akagani ku mwami wa Babiloni, uti: “Ewe kuntu uwahora ahindagiza abandi ku bikorwa ageze aho ivyiwe bihagarara, agahahazo kagahagarara+! Ivyahishuwe 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi ku ruhanga rwiwe hari handitse izina ry’akayobera+, ngo: “Babiloni Akomeye, nyina w’abamaraya+ n’uw’ibintu bisesemye vyo kw’isi+.”
19 Babiloni, ca kirezi c’ubwami+, bwa bwiza bw’ubwishime bw’Abakaludaya+, itegerezwa gucika nka ca gihe Imana yatembagaza Sodomu na Gomora+.
4 uzoshira hejuru iyi mvugo y’akagani ku mwami wa Babiloni, uti: “Ewe kuntu uwahora ahindagiza abandi ku bikorwa ageze aho ivyiwe bihagarara, agahahazo kagahagarara+!
5 Kandi ku ruhanga rwiwe hari handitse izina ry’akayobera+, ngo: “Babiloni Akomeye, nyina w’abamaraya+ n’uw’ibintu bisesemye vyo kw’isi+.”