Ezekiyeli 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, mbega uracira urubanza+, uracira urubanza ca gisagara cagirwa n’amaraso+ kandi ukimenyeshe koko ibintu biteye ishishi vyaco vyose+? Ivyahishuwe 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko ibicumuro vyiwe vyarundanye gushika mw’ijuru+, kandi Imana yibutse ibikorwa vyiwe vy’akarenganyo+.
2 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, mbega uracira urubanza+, uracira urubanza ca gisagara cagirwa n’amaraso+ kandi ukimenyeshe koko ibintu biteye ishishi vyaco vyose+?
5 Kuko ibicumuro vyiwe vyarundanye gushika mw’ijuru+, kandi Imana yibutse ibikorwa vyiwe vy’akarenganyo+.