ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 58:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 58 “Semerera uherezeko agahogo; ntiwitinye+. Duza ijwi ryawe nk’inzamba, ubwire abantu banje umugararizo+ wabo, n’inzu ya Yakobo ibicumuro vyabo.

  • Ezekiyeli 16:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Mwana w’umuntu, menyesha+ Yeruzalemu ibintu vyayo biteye ishishi+.

  • Ezekiyeli 16:51
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 51 “‘Nayo Samariya+, ntiyacumuye ngo ishikane no ku ca kabiri c’ibicumuro vyawe, mugabo wewe wagumye ubarusha kugwiza ibintu vyawe biteye ishishi, ku buryo watumye benewanyu baboneka ko bagororotse kubera ibintu vyawe vyose biteye ishishi washishikaye gukora+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika