ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 58:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 58 “Semerera uherezeko agahogo; ntiwitinye+. Duza ijwi ryawe nk’inzamba, ubwire abantu banje umugararizo+ wabo, n’inzu ya Yakobo ibicumuro vyabo.

  • Ezekiyeli 20:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Mbega urabacira urubanza? Urabacira urubanza ga mwana w’umuntu+? Bamenyeshe ibintu biteye ishishi vya ba sekuruza babo+.

  • Ezekiyeli 22:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, mbega uracira urubanza+, uracira urubanza ca gisagara cagirwa n’amaraso+ kandi ukimenyeshe koko ibintu biteye ishishi vyaco vyose+?

  • Ezekiyeli 23:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Maze Yehova abandanya kumbwira ati: “Mwana w’umuntu, mbega uracira urubanza+ Ohola na Oholiba+, ubamenyeshe ibintu vyabo biteye ishishi+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika