Yeremiya 51:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 “Uretse ko Babiloni ari yo yatumye abagandaguwe ba Isirayeli bagwa+, i Babiloni ni ho kandi haguye abagandaguwe b’isi yose+. Yeremiya 51:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 Kuko umunyazi azoza kuri we ata kabuza, kuri Babiloni+, kandi abagabo b’abanyenkomezi biwe bazofatwa+. Emwe, imiheto yabo izovunagurwa+, kuko Yehova ari Imana itanga impembo+. Ntazobura kwishura+. Ivyahishuwe 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ca gisagara gikomeye+ gica gisadukamwo gutatu, n’ibisagara vy’amahanga biratemba; hanyuma Babiloni Akomeye+ aribukwa imbere y’Imana, kugira ngo ahabwe igikombe c’umuvinyu w’ishavu ry’uburake bwayo+.
49 “Uretse ko Babiloni ari yo yatumye abagandaguwe ba Isirayeli bagwa+, i Babiloni ni ho kandi haguye abagandaguwe b’isi yose+.
56 Kuko umunyazi azoza kuri we ata kabuza, kuri Babiloni+, kandi abagabo b’abanyenkomezi biwe bazofatwa+. Emwe, imiheto yabo izovunagurwa+, kuko Yehova ari Imana itanga impembo+. Ntazobura kwishura+.
19 Ca gisagara gikomeye+ gica gisadukamwo gutatu, n’ibisagara vy’amahanga biratemba; hanyuma Babiloni Akomeye+ aribukwa imbere y’Imana, kugira ngo ahabwe igikombe c’umuvinyu w’ishavu ry’uburake bwayo+.