Nehemiya 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ico gihe abaganwa+ b’abantu baba i Yeruzalemu+; mugabo ku bijanye n’abantu basigaye, hapfindwa ubupfindo+ kugira ngo umwe kuri cumicumi azanwe kuba i Yeruzalemu igisagara ceranda+, icenda basigaye na bo babe mu bindi bisagara. Zaburi 48:1 Bibiliya y’isi nshasha 48 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa cane+Mu gisagara c’Imana yacu+, ku musozi wayo mweranda+. Yesaya 52:1 Bibiliya y’isi nshasha 52 Vyuka, vyuka, ambara inkomezi zawe+, ewe Siyoni! Ambara impuzu zawe nziza+, ewe Yeruzalemu, gisagara ceranda+! Kuko uwutagenyerewe kandi ahumanye atazokwongera kuza iwawe+.
11 Ico gihe abaganwa+ b’abantu baba i Yeruzalemu+; mugabo ku bijanye n’abantu basigaye, hapfindwa ubupfindo+ kugira ngo umwe kuri cumicumi azanwe kuba i Yeruzalemu igisagara ceranda+, icenda basigaye na bo babe mu bindi bisagara.
48 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa cane+Mu gisagara c’Imana yacu+, ku musozi wayo mweranda+.
52 Vyuka, vyuka, ambara inkomezi zawe+, ewe Siyoni! Ambara impuzu zawe nziza+, ewe Yeruzalemu, gisagara ceranda+! Kuko uwutagenyerewe kandi ahumanye atazokwongera kuza iwawe+.