Yesaya 54:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Kuko Umuhinguzi wawe Ahambaye+ ari we mugabo akugaba+, Yehova nyen’ingabo rikaba ari ryo zina ryiwe+; kandi wa Mweranda wa Isirayeli ni we Mucunguzi wawe+. Azokwitwa Imana y’isi yose+.
5 “Kuko Umuhinguzi wawe Ahambaye+ ari we mugabo akugaba+, Yehova nyen’ingabo rikaba ari ryo zina ryiwe+; kandi wa Mweranda wa Isirayeli ni we Mucunguzi wawe+. Azokwitwa Imana y’isi yose+.