ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Garuke, yemwe bana b’ibihemu+,” ni ko Yehova avuze. “Kuko jewe nabaye umugabo abagaba+; kandi nzobatora, umwe ndamukuye mu gisagara, babiri mu muryāngo, maze ndabajane i Siyoni+.

  • Ezekiyeli 16:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “‘Nuko nca iruhande yawe, ndakubona, kandi ehe igihe warimwo cari igihe c’uguserura urukundo+. Ni kwo guca ngusanzako impuzu* yanje+, mpfuka ubusa bwawe, nkurahira indahiro, ninjira mw’isezerano nawe+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘gutyo uba uwanje+.

  • Hoseya 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kuri uwo musi,’ ni ko Yehova avuze, ‘uzonyita Umugabo wanje, ntuzoba ukinyita Databuja+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika