ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 54:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Kuko Umuhinguzi wawe Ahambaye+ ari we mugabo akugaba+, Yehova nyen’ingabo rikaba ari ryo zina ryiwe+; kandi wa Mweranda wa Isirayeli ni we Mucunguzi wawe+. Azokwitwa Imana y’isi yose+.

  • Yeremiya 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Genda usemerere mu matwi ya Yeruzalemu uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze+: “Ndibuka neza ku bijanye nawe ubuntu bwuzuye urukundo bwo mu buto bwawe+, urukundo wari ufise igihe wari urehejwe+, n’ingene wankurikira mu gahinga, mu gihugu kitabibwamwo imbuto+.

  • Yeremiya 31:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 atari irimeze nka rya sezerano nagirana na ba sekuruza babo ku musi nabafata ukuboko kugira ngo ndabasohore mu gihugu ca Misiri+, ‘isezerano ryanje bo barenze+, naho nari umugabo abagaba+,’ ni ko Yehova avuze.”

  • Hoseya 2:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nzokuresha ube uwanje igihe kitagira urugero*+, nzokuresha mu bugororotsi no mu butungane no mu buntu bwuzuye urukundo no mu mbabazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika